1. Urupapuro rutangura
  2. Igaburwa mu migwi
  3. Virtues and Manners

Inyigisho y'intumwa Iciza cose umuntu akoze, agihemberwa indishi y'imperezwa

عن جابر بن عبد الله رضي الله عنهما عن النبي صلى الله عليه وسلم قال:
«كُلُّ مَعْرُوفٍ صَدَقَةٌ».

Mu vyakiriwe na Jaabiri mwene Abdullahi (Imana Allah Ibishimire bompi), yakiriye ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aho yavuze ati:
"Iciza cose umuntu akoze, agihemberwa indishi y'imperezwa".

صحيح رواه البخاري من حديث جابر، ورواه مسلم من حديث حذيفة صحيح البخاري - 6021

Ugusobanura

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aratwiganira ko igikorwa cose c'ubugwaneza gifise ico kimariye abandi, haba mu mvugo canke mu ngiro, kiba ari imperezwa ku wagikoze, araheza rero akagihemberwa indishi.

Zimwe mu nyungu ziri muri iyi nyigisho y'intumwa:

  1. Imperezwa ntigizwe gusa n'ivyo umuntu atanga mu matungo yiwe, ahubwo ihurikiyemwo iciza ico ari co cose umuntu akoze canke avuze, maze kikagirira akamaro abandi.
  2. Harimwo ugukundisha abantu gutanga ivyiza, no gukora kirya cose gifise ico kimariye abandi.
  3. Kudakengera ikintu na kimwe mu vyiza n'aho koba ari akantu gato.

Ukwerekana insiguro mu rundi rurimi

68 Ururimi
EN English الإنجليزية
UR اردو الأوردية
ES Español الإسبانية
ID Indonesia الإندونيسية
UG ئۇيغۇرچە الأيغورية
BN বাংলা البنغالية
FR Français الفرنسية
TR Türkçe التركية
RU Русский الروسية
BS Bosanski البوسنية
SI සිංහල السنهالية
HI हिन्दी الهندية
ZH 中文 الصينية
FA فارسی الفارسية
VI Tiếng Việt الفيتنامية
TL Tagalog تجالوج
KU Kurdî الكردية
HA Hausa الهوسا
PT Português البرتغالية
ML മലയാളം المليالم
TE తెలుగు التلغو
SW Kiswahili السواحيلية
TA தமிழ் التاميلية
MY မြန်မာ البورمية
TH ไทย التايلندية
DE Deutsch الألمانية
JA 日本語 اليابانية
PS پښتو بشتو
AS অসমীয়া الأسامية
SQ Shqip الألبانية
SV Svenska السويدية
AM አማርኛ الأمهرية
NL Nederlands الهولندية
GU ગુજરાતી الغوجاراتية
KY Кыргызча القيرقيزية
NE नेपाली النيبالية
YO Yorùbá اليوروبا
LT Lietuvių الليتوانية
PRS دری الدرية
SR Српски الصربية
SO Soomaali الصومالية
TG тоҷикӣ الطاجيكية
RW Kinyarwanda الكينياروندا
RO Română الرومانية
HU Magyar المجرية
CS Čeština التشيكية
MOS Moore الموري
MG Malagasy المالاجاشية
FF Fulfulde الفولانية
IT Italiano الإيطالية
OM Oromoo الأورومو
KN ಕನ್ನಡ الكانادا
WO Wolof الولوف
BG Български البلغارية
AZ Azərbaycan الأذربيجانية
EL Ελληνικά اليونانية
AK Akan الأكانية
UZ O‘zbek الأوزبكية
UK Українська الأوكرانية
KA ქართული الجورجية
LN Lingala اللينجالا
MK Македонски المقدونية
KM ភាសាខ្មែរ الخميرية
BM Bambara البامبارية
PA ਪੰਜਾਬੀ البنجابية
MR मराठी الماراثية
YAO Yao الياو
KMR Kurmancî الكرمنجية