عن عُقبة بن عامر الجُهني رضي الله عنه قال: قال رسولُ الله صلَّى الله عليه وسلم:
«الجاهِرُ بالقرآن كالجاهِرِ بالصَّدَقَةِ، والمُسِرُّ بالقرآن كالمُسِرِّ بالصَّدَقَة».
المزيد
Mu vyakiriwe na Uqba mwene Aamiri Al-Juhaniy (Imana Allah Imwishimire) yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti:
"Uwusomeye Qor'ani ku mugaragaro, ni nk'uwutangiye imperezwa ku mugaragaro. Uwusomeye Qor'ani mu mpisho na we, ni nk'uwutangiye imperezwa mw'ibanga".